Hebrews 12:21 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ivyo babonye vyari biteye ubwoba ku buryo Mose yavuze ati: “Ndiko ndahindishwa agashitsi n’ubwoba.”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ ivyabonetse vyar’ ibiteye ubgoba, vyatumye Mose avuga, ati Mfise ubgoba cane, ndahinda agashitsi.