Hebrews 4:3 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ni twebwe abizeye gusa dushobora kwinjira aho kuruhukira Imana yateguye. Ariko ku bandi Imana yavuze iti: “Ni co catumye ndahirana uburake nti: ‘Ntibazokwigera binjira aho kuruhukira nateguye.’ ” Ariko rero ibikorwa vyayo vyaheze igihe yarema isi.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuko twebge abizeye dushika mur’ ubgo buruhukiro, nk’uko yavuze, iti Nk’uko narahiranye uburake bganje, Nti Ntibazoshika mu buruhukiro bganje: naho yari yarahejeje ibikorwa vyayo, uhereye ku kuremwa kw’ isi.