Hebrews 7:21 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko Yesu yabaye umuherezi Imana ibanje kurahira iti: “Uhoraho yararahiye, kandi ntazohindura ico yavuze: ‘Uri umuherezi w’ibihe bidashira.’ ”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abalewi bo bāhawe ubuherezi ata ndahiro; arikw iyabuhaye uyo yararahiye, imubgiye, it’ Uhoraho ararahiye, ntazokwicuza, At’ Ur’ umuherezi ibihe bidashira.