Hebrews 7:23 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mu gihe ca kera hari abaherezi benshi kuko urupfu rwababuza kubandanya igikorwa.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi ba bandi bābaye abaherezi benshi, kuk’ urupfu rubabuza kwamaho;