Hebrews 7:5 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ivyagezwe vya Mose vyategeka abaherezi bo mu muryango wa Lewi kwaka ubwoko bw’Abisirayeli ica cumi ku vyo bafise, abo na bo bari abavukanyi babo, kandi na bo bari uruvyaro rwa Aburahamu.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi mu bana ba Lewi, ivyagezwe bigera yukw abahawe ubuherezi batangisha abantu ikigiracumi, ni bo bene wabo, nah’ abo bandurutse mu rura rwa Aburahamu.