Hebrews 7:6 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko Melekisedeki, atari uwo mu ruvyaro rwa Lewi, yarakiriye ica cumi ahawe na Aburahamu. Kandi Melekisedeki yarahezagiye Aburahamu, uwari yarakiriye isezerano ry’Imana.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko wa wundi adaharūrwa mu muryango wabo yatangishije Aburahamu ikigiracumi, kand’ ahezagira nyene gusezeranywa.