Isaiah 21:5 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Batunganya ameza, bagashirah’ abashibamyi, bakarya bakanywa. Haguruka, mwa baganwa, musīge inkinzo amavuta!