Isaiah 23:13 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ni murābe igihugu c’Abakaludaya: ubgo bgoko ntibukiriho; Abashuri bahahinduye ah’ ibikōko vyo mu bugaragwa. Bashinga ivyo būririrako, basambura ingoro zaho; bahaca amatongo.