Isaiah 28:27 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuk’ uburo budahūzwa imihini ifise ubugi, na kumino ntihūzwa no gutembagazwako ikurudumu y’umukogote; arik’ uburo buhūzwa umuhini, na kumino ihūzwa ikibando.