Isaiah 30:20 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi nah’ Umwami Imana azobagaburira ivyo kurya vy’amagorwa n’amazi y’amarushwa, arikw abigisha banyu ntibazoba bacihisha ukundi: amaso yanyu azobībonera;