Isaiah 31:2 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko rero na we azi ubgenge, azozana ivyago kandi ntazokwivuguruza, arikw azohagurukira inzu y’inkozi z’ibibi, bo n’abatabara abakora ivy’ ukugabitanya.