Isaiah 34:12 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bazohamagara abashingantahe b’ico gihugu ngo bimike umwami, ariko nta bazoba bariho; kand’ abaganwa baho bose bazoba bacitse ubusa.