Isaiah 36:17 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ngo Gushitsa igihe azozira akabajana mu gihugu gihwanye n’icanyu, igihugu c’ingano na vino, igihugu c’indya n’inzabibu.