Isaiah 36:20 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ngo N’izihe mu mana zose zo mur’ ivyo bihugu zākijije igihugu cazo ngo ntigikorokere mu maboko yiwe, ng’ Uhoraho na we akize Yerusalemu ngo ntihakorokere mu maboko yiwe?