Isaiah 37:7 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ngo Rāba, azomushiramw’ uwundi mutima, kand’ azokwumva impuha zitume asubira mu gihugu ciwe; kandi ngw Azomwicishiriza inkota mur’ ico gihugu ciwe nyene.