Isaiah 38:16 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Mwami, ivyo ni vyo bibeshah’ abantu, Kandi mur’ ivyo vyonyene ni ho umutima wanje ubonera ubugingo. Nuko nkiza, umbesheho.