Isaiah 49:25 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Arik’ uku ni k’Uhoraho agize, at’ Abāfashwe mpiri n’abahizi, na bo bazobanyagwa, kand’ iminyago y’abantu b’agaterabgoba izorokorwa: kukw ari jewe nzokurwanira, nkarwanya ūkurwanya, kandi nzokiza abana bawe.