Isaiah 7:25 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi n’imisozi yose yahora irimishwa isuka, ntuzohēgēra kubgo gutinya imikere n’amahwa, ariko hazoba aho kurishwa umwagambo n’inka, no guhonyangwa n’intama.