James 2:21 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Mbega sogokuruza wacu Aburahamu ntiyiswe umugororotsi kubera ivyo yakoze, mu kwemera gutanga Isaka nk’ikimazi ku gicaniro?
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Aburahamu sogokuruza, mbega ntiyatsindanishirijwe n’ibikorwa, hamwe yar’ atanze kw ikimazi umwana wiwe Isaka ku gicaniro?