Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Hanyuma y’ivyo, iyo myaka mirongwirindwi ishize, nzohana umwami w’i Babuloni bo n’iryo hanga, ni jewe Uhoraho mbivuze, mbahōre ukugabitanya kwabo; nzohana n’igihugu c’Abakaludaya, ngihindure amatongo gushitsa ibihe vyose.