Jeremiah 27:15 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuk’ Uhoraho avuze kw atari we yabatumye, ariko bavuga ibinyoma mw izina ryiwe; kugira ngw abirukane, muhone, mwe n’ abo ba kamenyi babaragurira.