Jeremiah 32:14 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
nt’ Uku ni k’ Uhoraho Nyen’ ingabo agize, ni we Mana y’Abisirayeli, ati Jana ibi vyete, iki cete c’uko tuguze kimatanishijwe ishashara, bo n’iki kitamatanijwe, ubibīke mw ikarabo, kugira ngo bize bimare igihe kinini.