Jeremiah 32:42 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kuk’ ukw ari ko mvuze, jewe Uhoraho, nti Nk’uko nazaniye ubu bgoko ibi vyago vyose bikomeye, uko ni ko nzobazanakw ivyiza vyose nabasezeraniye.