Jeremiah 35:4 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
mbinjiza mu ngoro y’Uhoraho, mu cumba ca bene Hanani, Hanani wa Igidaliya umuntu w’Imana, gihereranye n’icumba c’abaganwa, cari hejuru y’icumba ca Mayaseya mwene Shalumu umushibamyi wo ku muryango.