Jeremiah 35:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi twumviye Yonadabu mwene Rekabu sogokuruza mu vyo yatuziririje vyose, kutanywa vino imisi tuzomaraho yose, twebge n’abagore bacu n’abahungu bacu n’abakobga bacu;