Jeremiah 4:11 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ico gihe hazobarirwa ubu bgoko n’i Yerusalemu, ng’ Umuyaga w’indugumba uturutse mu ruharabuga rwo ku mpinga z’imisozi yo mu bugaragwa uje utōmereye wa mukobga, ari bo bantu banje, kandi ntuzoba nk’uwo gutumura umuguruka cank’ uwo kugosora intete;