Jeremiah 40:11 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
N’ Abayuda bose n’uko, abār’ i Mowabu no mu Bamoni no muri Edomu, n’abāri mu bihugu vyose, bumvise yuk’ umwami w’i Babuloni yaretse amasigarira yo mu Bayuda, kandi ko yashizeho Gedaliya mwene Ahikamu, Ahikamu wa Shafani, kubaganza,