Jeremiah 41:8 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ariko haboneka abagabo cumi muri bo bīsaba Ishimayeli, bati Ntutwice, kuko dufise ivyo twaziganije, twānyegeje mu misozi, ingano na sayiri n’amavuta ya elayo n’ubūki. Nukw arigarura, ntiyabicana na bagenzi babo.