Jeremiah 44:29 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kand’ iki ni co kimenyamenya canyu, ni jewe Uhoraho mbivuze, kizobamenyesha yuko nzobahanira aha hantu, ngo mumenye yukw amajambo yanje atazobura guhama ngw abazanire ivyago: