Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
uku ni ko ngize, jewe Uhoraho, nti Nzotanga Farawo‐Hofura umwami wa Egiputa mu maboko y’abansi biwe, no mu maboko y’abarondera kumwica, nk’uko natanze Zedekiya umwami w’i Buyuda mu kuboko kwa Nebukadineza umwami w’i Babuloni umwansi wiwe, yarondera kumwica.