Jeremiah 46:26 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nzobatanga mu maboko y’abashaka kubica, no mu kuboko kwa Nebukadineza umwami w’i Babuloni, no mu maboko y’ abasavyi biwe; ariko hanyuma y’ivyo muri Egiputa hazosubira kubamw’ abantu, nk’uko hamye mu misi ya kera, ni jewe Uhoraho mbivuze.