Jeremiah 48:29 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Twumvise ivy’ ubgibone bg’i Mowabu, yuko hafise ubgibone bginshi; ivy’ ukwishira hejuru kwaho, n’ivy’ ubgibone bgaho, n’ivy’ amanyama yaho, n’ivy’ ukwigira hanini kwo mu mutima waho.