Jeremiah 49:29 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Bazonyaga amahema yabo n’ imikuku yabo, bazokwinyagira impuzu z’imikingo yabo n’ivy’ imbombovu vyabo vyose n’ingamiya zabo: kandi bazobabarira basemerera, bati Har’ ibiteye ubgoba irya n’ino.