Jeremiah 49:32 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ingamiya zabo zizoba iminyago, n’isinzi ry’ibitungwa vyabo rizoba inyagano: kandi nzoshwiragiriza mu birēre vyose abīca amasoso; nzobazanakw ivyago biturutse impande zose, ni jewe Uhoraho mbivuze.