Jeremiah 50:13 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kubg’ uburake bg’ Uhoraho ntihazosubira kugerērwa, ariko hazohebga rwose: umuntu wese azohita kuri Babuloni azojorerwa, azovuza agahwa kubg’ ivyago vyaho vyose.