Jeremiah 50:21 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Dūga utere igihugu c’i Meratayimu, uhatere, utere n’ababa i Pekodi: ubakurikirane, ubice, ubatotore rwose, ni jewe Uhoraho mbivuze, ubagirire nk’ivyo nkubariye vyose.