Jeremiah 50:39 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ni co kizotuma ibikōko vyo mu bugaragwa bizobanayo n’amabingira, n’ibisīga vyitwa imbuni na vyo bizohaba: ntihazosubira kugerērwa gushitsa ibihe vyose, kandi nta wuzoba akihaba uk’ urunganwe rwabo ruzogenda rukurikirana.