Jeremiah 50:45 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Nuko rero ni mwumve inama Uhoraho yarunduye kuri Babuloni, n’imigabo yagabiye y’ ivyo azogirira igihugu c’Abakaludaya: ati N’ukuri bazobakwega nk’imyagazi yo mu mukuku; n’ ukuri azobagesezanya n’aho baba.