Jeremiah 51:46 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Imitima yanyu ntidendebukirwe, ntimuterwe ubgoba n’impuha zumvikana mu gihugu; kukw impuha zizoza mu mwaka umwe, maze mu wundi mwaka hakaza izindi, umuryano ukaba mu gihugu, abaganza bakarwanya abandi.