Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze Nebuzaradani, uwo mukuru w’abashibamyi, ajana bamwe bo muri ba nyarucari ar’ inyagano, bo n’amasigarira y’ abantu bāri bagisigaye mur’ ico gisagara, n’abāri baragiye kwisaba umwami w’i Babuloni, n’amasigarira y’abafundi.