Jeremiah 52:20 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Ku vya za nkingi zompi, na ca kiyaga, na vya bishushanyo vy’amapfizi cumi n’ abiri bicuzwe mu miringa vyari biteretsweko ca kiyaga, na vya bitereko, ivyo umwami Salomo yari yaracurishirije ingoro y’Uhoraho: imiringa ivyo bintu vyose vyacuzwemwo ntiyagira akagero.