Jeremiah 52:22 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Yarik’ umwashi w’umuringa; uburebure bg’umwashi umwe‐umwe bgar’ amatambge atanu, kandi ku mwashi hārikw ibimeze nk’urusenga n’ibimeze nk’ amakomamanga impande zose, vyose vyācuzwe mu miringa: kandi n’inkingi ya kabiri yarikw ibisa n’ivyo, bo n’amakomamanga.