Jeremiah 52:25 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kandi mu gisagara ahafatira uwaganza ivy’ abahizi b’ intambara, n’abashingantahe ndwi b’abanyejambo b’umwami, abo yasanze mu gisagara; n’umukarani w’umugabisha w’ingabo yakoranya ingabo zo mur’ ico gihugu; afata n’abagabo mirongwitandatu bo mu banyagihugu yasanze hagati mur’ ico gisagara nyene.