Jeremiah 9:17 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Uku ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, ati Mwitegereze ivyo, muhamagare abagore bazi kuvuza induru, mutume ku bagore babizi cane, kugira ngo baze: