Job 15:28 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Kandi yagerereye mu bisagara vyabaye amatongo, No mu nzu z’imisaka abantu batakibamwo, Zisigaje gatoya zigacika ibirundo vy’amasakamburira.