Job 31:35 — Compare Translations

1 translations compared side by side

Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Icompa hakagira ūnyumviriza! Ivyo nireguje ndabitereye igikumu: Īshobora vyose n’ inyishure! Kand’ icompa nkabona ibirego vyanditswe n’umwansi wanje!