John 10:21 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ariko abandi bavuga bati: “Aya majambo si ay’umuntu aboshwe n’umudayimoni. Mbega umudayimoni yohumura amaso y’impumyi?”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Abandi bat’ Ereg’ ayo majambo si nk’ay’ ūhagazweko na dayimoni: mbega dayimoni arashobora guhumūra amaso y’impumyi?