John 10:22 — Compare Translations

2 translations compared side by side

Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ico gihe i Yerusalemu hariko habera imisi mikuru yo kwibuka ishikirizwa ry’urusengero, kandi hari mu gihe c’imbeho nyinshi cane.
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
Maze haza imisi mikuru yo kwibuka uguhumanurwa kw’ urusengero i Yerusalemu: hāri mu rushana.