John 11:50 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ntimubona ko ari vyiza ko umuntu umwe apfira abantu hako igihugu cose kigwa mu kaga?”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
kandi nta co mwiyumvira yukw ar’ ibibereye kubganyu k’umuntu umwe apfira abantu, hak’ ubgoko bgose buhona.