John 12:38 — Compare Translations
2 translations compared side by side
Kirundi (Bibiliya mu Kirundi Coroshe) Uburenganzira © 2021 bwa Biblica, Inc
Ibi vyabaye kugira ngo ijambo ry’uwavugishwa n’Imana Yesaya rishike, aho yanditse avuga ati: “Mwami, ni nde yizeye Ubutumwa Bwiza twavuze? Ni ba nde Uhoraho yahishuriye ukuboko kwiwe kw’ubushobozi?”
Kirundi (Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi))
ngw ijambo ry’uwavugishwa n’Imana Yesaya rishike, ngo, Mwami, ni nde yizeye ico twumvise? Kand’ ukuboko kw’Uhoraho kwahishuriwe nde?